Ikinyamakuru « IKIRIHO » cahagaritswe

0 13-10-2018 - saa 15:22, vianney

Ikinyamakuru candika k’urubuga ngurukanabumenyi « Ikiriho » cahagaritswe vyimfatakibanza n’umushikirizamanza mukuru wa repuburika.

Mw ‘ikete inomero Ref :552/10/700/SN/2018,umushikirizamanza mukuru wa Repuburika yandikiye umuyobozi w’ico kinyamakuru ,Sylvestre NYANDWI avuga ko ico kinyamakuru gihagaritswe ku mvo z’idosiye RMP /799/NS yuguruwe mu butungane.

Sylvestre NYANDWI avuga ko uwuzorenga kuriyo ngingo azohanwa n’ amategeko

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha